2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+. Yeremiya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.