Guharura 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+. Ezekiyeli 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+.
2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+.
9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+.