ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mukwiye gusenyagura koko+ ibibanza vyose amahanga muriko muromora yakorereyemwo imana zayo, ku misozi miremire n’imirambi no munsi y’igiti gitotahaye+ cose.

  • Yeremiya 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Yehova ambwira mu misi ya Yosiya umwami+ ati: “‘Wabonye ivyo Isirayeli w’umuhemu yakoze+? Agenda ku musozi muremure wose+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+, kugira ngo ahakorere ubumaraya+.

  • Hoseya 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bashikanira ibimazi ku masonga y’imisozi+, bagafumbishiriza umwotsi w’ibimazi ku mirambi+, munsi y’uruti rusagaraye n’igiti c’umulivuni n’igiti kinini, kuko igitutu caco ari ciza+. Ni co gituma abakobwa banyu bakora ubusambanyi, n’abakazana banyu bakarenga ibigo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika