Abalewi 25:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe. Nehemiya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+.
36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe.
7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+.