ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kugira ntihagire uwuntabagura nka kurya intambwe igira+,

      Akanshikura igihe ata murokozi ariho+.

  • Nahumu 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Buri hehe bwa butaho bw’intambwe, na rya senga ry’intambwe z’imikangara z’imigāra, hamwe intambwe yahora igendagenda ikongera ikinjira+, hamwe hahora icana c’intambwe, ata n’umwe abijugumiza+?

  • Zefaniya 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abaganwa biwe hagati muri we bari intambwe ziroha+. Abacamanza biwe bari amabingira y’umugoroba adakegeta amagufa ngo ashikane mu gitondo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika