Zaburi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+. Daniyeli 2:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nayo Daniyeli asaba umwami, uno na we agena Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ ngo bayobore intara y’ubutware ya Babiloni, mugabo Daniyeli we yari ku kirimba+ c’umwami. Daniyeli 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hariho Abayuda bamwe washinze kuyobora intara y’ubutware ya Babiloni+, ari bo Shaduraki na Meshaki na Abedinego; abo bagabo nta cubahiro baguhaye, mwami; ntibakorera imana zawe, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse ntibagisenga+.”
3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.
49 Nayo Daniyeli asaba umwami, uno na we agena Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ ngo bayobore intara y’ubutware ya Babiloni, mugabo Daniyeli we yari ku kirimba+ c’umwami.
12 Hariho Abayuda bamwe washinze kuyobora intara y’ubutware ya Babiloni+, ari bo Shaduraki na Meshaki na Abedinego; abo bagabo nta cubahiro baguhaye, mwami; ntibakorera imana zawe, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse ntibagisenga+.”