Daniyeli 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kandi ko vyavuzwe ngo bareke igishitsi c’ico giti+, ubwami bwawe ntuzobura kubusubizwa niwamara kumenya ko amajuru ari yo aganza+.
26 “‘Kandi ko vyavuzwe ngo bareke igishitsi c’ico giti+, ubwami bwawe ntuzobura kubusubizwa niwamara kumenya ko amajuru ari yo aganza+.