ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 103:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hezagire Yehova, yemwe bamarayika+ biwe, mukomeye mu bubasha, mushitsa ijambo ryiwe+,

      Mu kwumviriza ijwi ry’ijambo ryiwe+.

  • Zaburi 103:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Hezagire Yehova, yemwe ngabo ziwe mwese+,

      Yemwe basuku biwe, mukora ukugomba kwiwe+.

  • Daniyeli 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “‘Vyongeye, kubera ko umwami yabonye inderetsi, umweranda+, akayibona imanuka ivuye mu majuru, ikaba kandi yariko ivuga ati: “Nimwicire ico giti, mukigeseze. Ariko igishitsi caco mukirekere mw’ivu, mugabo kigume kiboheshejwe imigozi y’icuma n’iy’umujumpu, mu vyatsi vyo mw’ishamba, gitoteshwe n’ikime co mu majuru, kandi umugabane waco ube hamwe n’ibikoko gushika ibihe indwi bigikurakuraniweko+,”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika