ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 83:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,

      Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+.

  • Yeremiya 16:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Ku bw’ivyo, ehe ngira ndabamenyeshe; ubu rero nzobamenyesha ukuboko kwanje n’ubushobozi bwanje+, kandi bazomenya koko yuko izina ryanje ari Yehova+.”

  • Daniyeli 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Maze iyo misi iheze+, jewe Nebukadinezari nunamurira amaso yanje mu majuru+, hanyuma ubwenge bwanje butangura kungarukako; ndaheza mpezagira Musumbavyose+, ndashemeza nongera ndaninahaza+ Umwe abaho gushika igihe kitagira urugero, kuko ubutware bwiwe ari ubutware bwo gushika igihe kitagira urugero, n’ubwami bwiwe bukaba ubw’iyaruka ku rindi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika