Kuvayo 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova ni umugabo mu ntambara+. Yehova ni ryo zina ryiwe+. Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+. Yeremiya 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova wa Muhinguzi+ w’isi avuze, Yehova Umwe yayibumba+ akayishimangira+, Yehova rikaba ari ryo zina ryiwe+,
2 “Ibi ni vyo Yehova wa Muhinguzi+ w’isi avuze, Yehova Umwe yayibumba+ akayishimangira+, Yehova rikaba ari ryo zina ryiwe+,