Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Zaburi 146:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+, Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”
6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,
11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”