Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+. Zaburi 89:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uruvyaro rwiwe ruzokwamaho mbere gushika igihe kitagira urugero+,Intebe yiwe y’ubwami na yo nk’izuba imbere yanje+. Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+. Luka 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+, Luka 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 kandi azoganza inzu ya Yakobo ibihe vyose, kandi ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo+.”
36 Uruvyaro rwiwe ruzokwamaho mbere gushika igihe kitagira urugero+,Intebe yiwe y’ubwami na yo nk’izuba imbere yanje+.
31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.
32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,