-
Daniyeli 5:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Yarirukanywe mu bana b’abantu, umutima wiwe ugirwa nk’uw’igikoko, abana n’indogobwa zo mw’ishamba+. Ibimera ni vyo bamuha ngo arishe nk’amashūri, umubiri wiwe ugatoteshwa n’ikime co mu majuru+, gushika amenye yuko Imana Musumbavyose ari yo Mutware mu bwami bw’abantu, be n’uko uwo ishaka ari we ishiraho ngo abuganze+.
-