Zaburi 102:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kera washinze imishinge y’isi+,Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+. Zaburi 115:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Muri abahezagiwe na Yehova+,Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+. Zaburi 146:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+, Yesaya 44:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi+ wawe n’Umubumvyi wawe kuva ukiri mu nda: “Jewe, Yehova, ndiko nkora vyose, nkaramvura amajuru+ jenyene, ngasasa isi+. Ni nde twari kumwe? Yesaya 45:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Jewe narakoze isi+, ndarema n’umuntu kuri yo+. Jewe—amaboko yanje ni yo yaramvuye amajuru+, kandi nategetse ingabo zayo zose+.” Yeremiya 51:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Muturi wa Yakobo ntameze nk’ivyo bintu+, kuko ari we Mubumvyi yabumvye ibintu vyose+, egome, inkoni y’intoranwa yiwe+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+.”
6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,
24 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi+ wawe n’Umubumvyi wawe kuva ukiri mu nda: “Jewe, Yehova, ndiko nkora vyose, nkaramvura amajuru+ jenyene, ngasasa isi+. Ni nde twari kumwe?
12 Jewe narakoze isi+, ndarema n’umuntu kuri yo+. Jewe—amaboko yanje ni yo yaramvuye amajuru+, kandi nategetse ingabo zayo zose+.”
19 “Muturi wa Yakobo ntameze nk’ivyo bintu+, kuko ari we Mubumvyi yabumvye ibintu vyose+, egome, inkoni y’intoranwa yiwe+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+.”