2 Ngoma 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Daniyeli 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kandi ko vyavuzwe ngo bareke igishitsi c’ico giti+, ubwami bwawe ntuzobura kubusubizwa niwamara kumenya ko amajuru ari yo aganza+.
13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.
26 “‘Kandi ko vyavuzwe ngo bareke igishitsi c’ico giti+, ubwami bwawe ntuzobura kubusubizwa niwamara kumenya ko amajuru ari yo aganza+.