Daniyeli 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Wewe ga mwami, umwami w’abami, wewe Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ubushobozi, inkomezi be n’iteka, Daniyeli 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.
37 Wewe ga mwami, umwami w’abami, wewe Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ubushobozi, inkomezi be n’iteka,
38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.