Zaburi 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela. Umusiguzi 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ata muntu w’umugororotsi ariho mw’isi aguma akora ivyiza ntacumure+.
5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela.