ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 87:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 87 Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+.

  • Yesaya 56:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 nzobazana rero ku musozi wanje mweranda+, ndabanezereze mu nzu yanje yo gusengeramwo+. Amashikanwa yabo aturirwa uko yakabaye+ be n’ibimazi+ vyabo bizoba ivyo kwemerwa ku gicaniro canje+. Kuko inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo ku bisata vy’abantu vyose+.”

  • Zakariya 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nzogaruka i Siyoni+ mbe hagati muri Yeruzalemu+; kandi Yeruzalemu izokwitwa koko igisagara c’ukuri+, umusozi wa Yehova+ nyen’ingabo na wo witwe umusozi mweranda+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika