Nehemiya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaherezo uruhome+ rurangira ku musi ugira mirongo ibiri na gatanu w’ukwezi kwa Eluli, mu misi mirongo itanu n’ibiri.
15 Amaherezo uruhome+ rurangira ku musi ugira mirongo ibiri na gatanu w’ukwezi kwa Eluli, mu misi mirongo itanu n’ibiri.