Yeremiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+. Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+.
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.