Ezekiyeli 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nya binyabuzima vyaza biragenda vyongera bigaruka, bikaboneka nk’umuravyo+. Matayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.
2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.