Daniyeli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.” Daniyeli 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Kandi ca kintu wabona ku vyerekeye umugoroba n’igitondo, ari na co cavuzwe, ni ic’ukuri+. Nayo wewe, iryo yerekwa nurigire akabanga, kuko rikiri iry’imisi myinshi izoza+.” Daniyeli 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.”
17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.”
26 “Kandi ca kintu wabona ku vyerekeye umugoroba n’igitondo, ari na co cavuzwe, ni ic’ukuri+. Nayo wewe, iryo yerekwa nurigire akabanga, kuko rikiri iry’imisi myinshi izoza+.”
4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.”