ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ababisha bagendagenda impande zose,

      Kubera yuko ivy’agahomerabunwa bishirwa hejuru mu bana b’abantu+.

  • Luka 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko muri iyo misi ingingo+ irasohoka ivuye kwa Sezari Ogusito y’uko isi yose yandikwa

  • Luka 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mu mwaka ugira cumi na gatanu w’ingoma ya Tiberiyo Sezari, igihe Ponsiyo Pilato yari buramatari wa Yudaya, Herodi+ na we akaba yari umutware w’intara ya Galilaya, mugabo Filipo mwene wabo akaba yari umutware w’intara w’igihugu ca Itureya na Tirakonitidi, Lisaniya na we akaba yari umutware w’intara ya Abilene,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika