Matayo 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ico gihe nyene, Herodi umutware w’intara, yumva inkuru yerekeye Yezu+, Luka 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 hanyuma amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi atwara+, amurungika kwa Herodi, uno na we nyene akaba yari i Yeruzalemu muri iyo misi.
7 hanyuma amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi atwara+, amurungika kwa Herodi, uno na we nyene akaba yari i Yeruzalemu muri iyo misi.