Mariko 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.” Luka 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+, Ivyakozwe 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nkako, Herodi na Ponsiyo Pilato+ hamwe n’abantu bo mu mahanga be n’ibisata vya Isirayeli mu vy’ukuri barakoraniye hamwe muri iki gisagara ngo barwanye Yezu umusavyi wawe mweranda+, uwo warobanuje amavuta+,
14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”
7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+,
27 Nkako, Herodi na Ponsiyo Pilato+ hamwe n’abantu bo mu mahanga be n’ibisata vya Isirayeli mu vy’ukuri barakoraniye hamwe muri iki gisagara ngo barwanye Yezu umusavyi wawe mweranda+, uwo warobanuje amavuta+,