Matayo 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 aca abwira abasavyi biwe ati: “Uwo ni Yohani Umubatizi. Yarazuwe mu bapfuye, kandi ni co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.” Mariko 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.” Mariko 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bamubwira bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi+, abandi ngo uri Eliya+, abandi na bo ngo uri Umwe mu bahanuzi+.” Luka 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bishura bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi; mugabo abandi ngo uri Eliya, abandi na bo bakavuga yuko umwe mu bahanuzi ba kera yazutse+.”
2 aca abwira abasavyi biwe ati: “Uwo ni Yohani Umubatizi. Yarazuwe mu bapfuye, kandi ni co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”
14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”
28 Bamubwira bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi+, abandi ngo uri Eliya+, abandi na bo ngo uri Umwe mu bahanuzi+.”
19 Bishura bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi; mugabo abandi ngo uri Eliya, abandi na bo bakavuga yuko umwe mu bahanuzi ba kera yazutse+.”