Matayo 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na bo bati: “Bamwe bavuga ngo ni Yohani Umubatizi+, abandi ngo ni Eliya+, abandi na bo ngo ni Yeremiya canke umwe mu bahanuzi.” Mariko 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bamubwira bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi+, abandi ngo uri Eliya+, abandi na bo ngo uri Umwe mu bahanuzi+.” Luka 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+,
14 Na bo bati: “Bamwe bavuga ngo ni Yohani Umubatizi+, abandi ngo ni Eliya+, abandi na bo ngo ni Yeremiya canke umwe mu bahanuzi.”
28 Bamubwira bati: “Bamwe ngo uri Yohani Umubatizi+, abandi ngo uri Eliya+, abandi na bo ngo uri Umwe mu bahanuzi+.”
7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+,