Matayo 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na bo bati: “Bamwe bavuga ngo ni Yohani Umubatizi+, abandi ngo ni Eliya+, abandi na bo ngo ni Yeremiya canke umwe mu bahanuzi.” Mariko 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.” Mariko 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo Herodi avyumvise atangura kuvuga ati: “Umwe Yohani naca umutwe, ni we w’uyo yazuwe+.”
14 Na bo bati: “Bamwe bavuga ngo ni Yohani Umubatizi+, abandi ngo ni Eliya+, abandi na bo ngo ni Yeremiya canke umwe mu bahanuzi.”
14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”