Matayo 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ico gihe nyene, Herodi umutware w’intara, yumva inkuru yerekeye Yezu+, Luka 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+,
7 Buno Herodi umutware w’intara yumva ibintu vyose biriko biraba, arazazanirwa cane kubera bamwe bariko bavuga yuko Yohani yari yazuwe mu bapfuye+,