Zaburi 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Aguma ategura umugambi w’ibibabaza ku gitanda ciwe+.Ahagarara mu nzira itari nziza+.Ikibi ntata nk’akanuka+. Imigani 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 umutima urementanya imigambi mibi+, ibirenge vyihutira kwirukira ikibi+,
4 Aguma ategura umugambi w’ibibabaza ku gitanda ciwe+.Ahagarara mu nzira itari nziza+.Ikibi ntata nk’akanuka+.