ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Bene Yavani na bo bari Elisha+ na Tarushishi+, Kitimu+ na Dodanimu+.

  • Guharura 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hazoba imeri zivuye ku nkengera ya Kitimu+;

      Kandi ata gukeka zizoteza amarushwa Ashuri+,

      Kandi zizoteza koko amarushwa Eberi.

      Mugabo na we nyene uburuhiro azoyogera.”

  • Yesaya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Tiro+: Nimuboroge, mwa meri z’i Tarushishi+! Kuko hanyazwe ntihasubire kuba ikivuko, ntihasubire kuba aho kwinjira+. Babihishuriwe bivuye mu gihugu ca Kitimu+.

  • Yeremiya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Mugabo nimujabuke muje mu bihugu vyo ku nkengera y’amazi vya Kitimu+, murabe. Egome, nimutume intumwa n’i Kedari+ maze murimbure mwitonze, murabe ko hari ikintu nk’iki cabaye+.

  • Ezekiyeli 27:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bakoze ingafe zawe mu biti bininibinini bisagaraye vy’i Bashani. Impanza* yawe bayikoze mu masenge ahomekanze mu mbaho z’akajwari, zo mu mazinga ya Kitimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika