Luka 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye? Ivyahishuwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo. Ivyahishuwe 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo isi itabara wa mugore+, yasamika akanwa kayo imira rwa ruzi ca gisato caruka ruvuye mu kanwa kaco.
7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye?
15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo.
16 Mugabo isi itabara wa mugore+, yasamika akanwa kayo imira rwa ruzi ca gisato caruka ruvuye mu kanwa kaco.