Tito 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+, Ivyahishuwe 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma mbona ikindi gikoko+ kiduga kiva mw’isi+, kandi cari gifise amahembe abiri nk’umwagazi w’intama, mugabo gitangura kuvuga nk’igisato+.
3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera+ no kugamburukira intwaro n’abakuru bwa batware+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose+,
11 Hanyuma mbona ikindi gikoko+ kiduga kiva mw’isi+, kandi cari gifise amahembe abiri nk’umwagazi w’intama, mugabo gitangura kuvuga nk’igisato+.