Daniyeli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi ririhambaza gushika ku Muganwa+ wa nya ngabo, maze yakwa ca kimazi c’ubudasiba+, ikibanza cashinzwe c’aheranda hiwe kiratembagazwa+. Daniyeli 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaboko azohaguruka, avuye kuri we; kandi ayo maboko azohumanya vy’ukuri ha heranda+, rya boma, akureho na ca kimazi c’ubudasiba+. “Kandi azoshiraho koko ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera+. Abaheburayo 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+. 1 Petero 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.
11 Kandi ririhambaza gushika ku Muganwa+ wa nya ngabo, maze yakwa ca kimazi c’ubudasiba+, ikibanza cashinzwe c’aheranda hiwe kiratembagazwa+.
31 Amaboko azohaguruka, avuye kuri we; kandi ayo maboko azohumanya vy’ukuri ha heranda+, rya boma, akureho na ca kimazi c’ubudasiba+. “Kandi azoshiraho koko ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera+.
15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+.
5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.