ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi ririhambaza gushika ku Muganwa+ wa nya ngabo, maze yakwa ca kimazi c’ubudasiba+, ikibanza cashinzwe c’aheranda hiwe kiratembagazwa+.

  • Daniyeli 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko ntangura kwumva wa muntu yambaye impuzu y’ilino, wa wundi yari hejuru y’amazi y’umugezi, igihe yari adugije ukuryo kwiwe n’ukubamfu kwiwe yerekeza mu majuru akarahira+ Umwe abaho igihe kitagira urugero+, ngo: “Ni ivy’igihe cashinzwe, ibihe vyashinzwe, n’igice+. Kandi ukujanjagura inkomezi z’aberanda nikwamara kurangira+, ivyo vyose bizoshika kw’iherezo ryavyo.”

  • Ivyahishuwe 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nayo urugo ruri hanze+ y’aheranda h’urusengero, rute hanze, nturugere, kuko ruhawe amahanga+, kandi azohonyangira ca gisagara ceranda+ munsi y’ibirenge amezi mirongo ine n’abiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika