Kuvayo 29:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+. Guharura 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+. Zaburi 119:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nzogumya itegeko ryawe nantaryo+,Gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera+. Daniyeli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo umugwi w’ingabo uratangwa+, hamwe na ca kimazi c’ubudasiba+, kubera ukugabitanya+; kandi riguma rishiburira ukuri+ hasi+, rirakora, riraroranirwa+. Daniyeli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kandi kuva igihe ca kimazi c’ubudasiba+ kizoba cakuweho+ hagashirwaho ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera, hazoca imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo icenda.
38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+.
3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.
12 Amaherezo umugwi w’ingabo uratangwa+, hamwe na ca kimazi c’ubudasiba+, kubera ukugabitanya+; kandi riguma rishiburira ukuri+ hasi+, rirakora, riraroranirwa+.
11 “Kandi kuva igihe ca kimazi c’ubudasiba+ kizoba cakuweho+ hagashirwaho ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera, hazoca imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo icenda.