ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 11:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Amaboko azohaguruka, avuye kuri we; kandi ayo maboko azohumanya vy’ukuri ha heranda+, rya boma, akureho na ca kimazi c’ubudasiba+.

      “Kandi azoshiraho koko ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera+.

  • Mariko 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ariko nimwabona ca kintu gisesemye+ giteza ubugesera+ gihagaze aho kitari gikwiye guhagarara (umusomyi nakoreshe ugutahura+), abari i Yudaya bazoce batangura guhungira mu misozi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika