Zaburi 36:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+. Zaburi 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Erega wewe, waranse indero+,Kandi uguma uterera amajambo yanje inyuma yawe+.
3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+.