Yesaya 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ruzomenagurwa nk’igihe bamenagura umubindi munini w’ababumvyi+, uwo bajanjagura ata wuwuziguriza, ku buryo mu tuvunji twawo tujanjaguwe ata wushobora gusangamwo urujo rwo kurahuza umuriro mu ziko canke rwo kuyoza amazi ahantu h’urushanga+.” Yeremiya 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’ Yeremiya 48:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “‘Ku bisenge vyose vya Mowabu no mu bibanza vyiwe vya bose—hose—hari amaborogo+; kuko nsabije Mowabu nk’icombo kidahimbaye+,’ ni ko Yehova avuze.
14 Kandi ruzomenagurwa nk’igihe bamenagura umubindi munini w’ababumvyi+, uwo bajanjagura ata wuwuziguriza, ku buryo mu tuvunji twawo tujanjaguwe ata wushobora gusangamwo urujo rwo kurahuza umuriro mu ziko canke rwo kuyoza amazi ahantu h’urushanga+.”
28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’
38 “‘Ku bisenge vyose vya Mowabu no mu bibanza vyiwe vya bose—hose—hari amaborogo+; kuko nsabije Mowabu nk’icombo kidahimbaye+,’ ni ko Yehova avuze.