Yesaya 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu mabarabara yaho bakenyeye amagunira+. Ku bisenge+ vyaho no mu bibanza vya bose vyaho, abantu baho bose baraboroga, bakamanuka barira+. Yesaya 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ijambo ryamenyeshejwe ku vyerekeye umubande w’ukwerekwa+: Ni amaki none ko waduze wese ku bisenge+?
3 Mu mabarabara yaho bakenyeye amagunira+. Ku bisenge+ vyaho no mu bibanza vya bose vyaho, abantu baho bose baraboroga, bakamanuka barira+.
22 Ijambo ryamenyeshejwe ku vyerekeye umubande w’ukwerekwa+: Ni amaki none ko waduze wese ku bisenge+?