Yesaya 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+. Yesaya 32:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku butaka bw’abantu banje hamera gusa amahwa, ibisaka bihanda+, kuko biri ku mazu yose y’umwigino, egome, ku gisagara cishwe n’akamwemwe+. Yesaya 34:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku minara yiwe yo kubamwo hazomera amahwa, ibisuru n’ivyatsi vy’amahwa bimere mu bibanza vyiwe bikingijwe ibihome+; kandi azocika ahantu imbwebwe ziba+, ikigo c’ibinyoni vyitwa imbuni+.
6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+.
13 Ku butaka bw’abantu banje hamera gusa amahwa, ibisaka bihanda+, kuko biri ku mazu yose y’umwigino, egome, ku gisagara cishwe n’akamwemwe+.
13 Ku minara yiwe yo kubamwo hazomera amahwa, ibisuru n’ivyatsi vy’amahwa bimere mu bibanza vyiwe bikingijwe ibihome+; kandi azocika ahantu imbwebwe ziba+, ikigo c’ibinyoni vyitwa imbuni+.