2 Abami 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ico gihe ni ho Menahemu yatangura gusasika Tifusa n’ivyariyo vyose n’akarere kaho guhera i Tiruza, kuko batahamwugururiye, maze atangura kuhasasika. Afomoza abagore baho bibungenze bose+. Yeremiya 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko urupfu ruduze rugaca mu madirisha yacu; rwinjiye mu minara yacu yo kubamwo, kugira ngo rurandure umwana mw’ibarabara, rurandure n’umusore mu bibanza vya bose+.’
16 Ico gihe ni ho Menahemu yatangura gusasika Tifusa n’ivyariyo vyose n’akarere kaho guhera i Tiruza, kuko batahamwugururiye, maze atangura kuhasasika. Afomoza abagore baho bibungenze bose+.
21 Kuko urupfu ruduze rugaca mu madirisha yacu; rwinjiye mu minara yacu yo kubamwo, kugira ngo rurandure umwana mw’ibarabara, rurandure n’umusore mu bibanza vya bose+.’