Ezekiyeli 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Abandanya gupfukura ubumaraya bwiwe no gupfukura ubwambure bwiwe+, ku buryo umutima wanje umuzinukwa ukirabira hirya, ukareka kwifatanya na we, nk’uko umutima wanje wari wahindukiye wasesemwe ukareka kwifatanya na mwene wabo+.
18 “Abandanya gupfukura ubumaraya bwiwe no gupfukura ubwambure bwiwe+, ku buryo umutima wanje umuzinukwa ukirabira hirya, ukareka kwifatanya na we, nk’uko umutima wanje wari wahindukiye wasesemwe ukareka kwifatanya na mwene wabo+.