Hoseya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+. Hoseya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Naraguhaye rero umwami nshavuye+, kandi nzomukuraho naratse+.
4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+.