ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+.

  • Yeremiya 48:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi Abanyamowabu bazomaramazwa na Kemoshi+, nk’uko ab’inzu ya Isirayeli bamaramajwe na Beteli bari bizeye+.

  • Ezekiyeli 36:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Singira nkore ivyo ku bwanyu+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ivyo mubimenye. Nimumaramare, muteterwe, kubera inzira zanyu, ewe nzu ya Isirayeli+!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika