ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Nuko nca iruhande yawe, ndakubona, kandi ehe igihe warimwo cari igihe c’uguserura urukundo+. Ni kwo guca ngusanzako impuzu* yanje+, mpfuka ubusa bwawe, nkurahira indahiro, ninjira mw’isezerano nawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘gutyo uba uwanje+.

  • Ezekiyeli 23:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Amazina yabo yari aya: umukuru yitwa Ohola, mwene wabo akitwa Oholiba; babaye abanje+, batangura kwibaruka abahungu n’abakobwa+. Ku vyerekeye amazina yabo, Ohola ni Samariya+, Oholiba na we ni Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika