Yesaya 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ku murango ushobora kuzitira neza igitâra cawe, mu gitondo na ho ugashobora gutuma imbuto yawe inaga, mugabo iyimbura ntirizobura guhunga ku musi w’indwara n’ububabare budakira+. Ezekiyeli 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ehe rero! Ngira nkuramvurireko ukuboko kwanje+, ngabanye ingaburo yawe+, nkugabure ku cipfuzo+ c’abagore bakwanka+, abakobwa b’Abafilisitiya+, abagore bateterejwe n’inzira yawe y’ubushirasoni*+.
11 Ku murango ushobora kuzitira neza igitâra cawe, mu gitondo na ho ugashobora gutuma imbuto yawe inaga, mugabo iyimbura ntirizobura guhunga ku musi w’indwara n’ububabare budakira+.
27 Ehe rero! Ngira nkuramvurireko ukuboko kwanje+, ngabanye ingaburo yawe+, nkugabure ku cipfuzo+ c’abagore bakwanka+, abakobwa b’Abafilisitiya+, abagore bateterejwe n’inzira yawe y’ubushirasoni*+.