Yeremiya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+. Ezekiyeli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Na yo yatanguye kugarariza ingingo zanje z’ubutungane* ibigiranye ububisha kuruta amahanga+, igarariza n’ivyagezwe vyanje kuruta ibihugu biyikikuje, kuko bataye ingingo zanje z’ubutungane, ivyagezwe vyanje na vyo ntibabigenderemwo+.’
11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+.
6 Na yo yatanguye kugarariza ingingo zanje z’ubutungane* ibigiranye ububisha kuruta amahanga+, igarariza n’ivyagezwe vyanje kuruta ibihugu biyikikuje, kuko bataye ingingo zanje z’ubutungane, ivyagezwe vyanje na vyo ntibabigenderemwo+.’