Zaburi 62:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 N’ubuntu bwuzuye urukundo ni rwawe, ewe Yehova+,Kuko wewe ubwawe wishura umwe wese ibihuye n’igikorwa ciwe+. Yeremiya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+. Yeremiya 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’” Yeremiya 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ehe ikirura c’umuyaga ca Yehova, ari co bushangashirwe bwiwe, kirasohotse, igihuhusi kigenda gikubura+. Kizozungurukira ku mutwe w’ababisha+.
12 N’ubuntu bwuzuye urukundo ni rwawe, ewe Yehova+,Kuko wewe ubwawe wishura umwe wese ibihuye n’igikorwa ciwe+.
10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.
14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’”
23 Ehe ikirura c’umuyaga ca Yehova, ari co bushangashirwe bwiwe, kirasohotse, igihuhusi kigenda gikubura+. Kizozungurukira ku mutwe w’ababisha+.