ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.

  • Yoweli 2:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.

  • Matayo 24:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Buno nyene inyuma y’ayo makuba yo muri iyo misi, izuba rizocura umwiza+, n’ukwezi+ ntikuzotanga umuco wakwo, n’inyenyeri zizotibagurika ziva kw’ijuru, kandi ibinyabubasha vyo mw’ijuru bizonyiganyizwa+.

  • Luka 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Vyongeye, hazoba ibimenyetso mu zuba+ n’ukwezi n’inyenyeri, kandi kw’isi hazoba umubabaro mwinshi mu mahanga, ntamenye ingene yobikika kubera ukwasana kw’ikiyaga+ n’ugusuriranya kwaco+,

  • Ivyakozwe 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 izuba+ rizohinduka umwiza, n’ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’uko wa musi uhambaye kandi w’agatangaza wa Yehova ushika+.

  • Ivyahishuwe 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Araheza yugurura ca cobo c’inyenga, umwotsi+ uca uduga uvuye muri nya cobo nk’umwotsi w’itanure rinini+, izuba n’ikirere bica bicurishwa umwiza+ n’umwotsi wa nya cobo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika